Monthly Archives: December 2017

Happy New Year of 2018

 

      River
      Jerico
      New Jerusalem

Umuriro Wahitanye Bane mu Gisagara cya New York

Fire crews respond to a building fire Thursday, Dec. 28, 2017, in the Bronx borough of New York. (AP Photo/Frank Franklin II)

Umuyobozi w’ibiro bijejwe kurwanya imiriro mu gisagara cya New York, Daniel Nigro, yatangaje kw’umuriro wadutse, ejo ku musi wa kane wahitanye abantu cumi na babiri mu gice cy’ahitwa Bronx. Uwo muriro wo mu nyubakwa abantu bapangamwo watewe n’umwana w’umuhungu w’imyaka itatu n’igice yariko akina n’ishiga rw’umuriro.

Leta y’Abega yahinduye abaturage kuba abacakara

Abacuruzi b’Ibirayi Bararira Ayo Kwarika mu Rwanda

Indege yahinze icyuma cyashyushye

 

      kabaye6

Imilindi y’Uhoraho Uwiteka Nyiringabo irihafi kumvikana

Uganda yapfunze abanyaRwanda 45 kubera iterabwoba Ubutegetsi bw’igihugu cya Uganda bwataye mu muriyombi abanyaRwanda 45 bagirizwa iterabwoba, inyuma yaho bafatiwe ku mupaka wa Tanzaniya mu ntango za kuno kwezi.

Translate »
Skip to toolbar