Inyuma y’iminsi icumi, impunzi z’Abanyarwanda zahunze kuva mu mwaka w’i 1959 kugeza mu 1998, zikuriweho ubuhunzi n’icyemezo c’ishami ry’ishyirahamwe mpuzamakungu rijejwe impunzi, HCR, leta ya Uganda ivuga ko itazokurikiza iyo ngingo.
Abanya Irani babarirwa mu bihumbi bakaiwe gupfa kubera ibiyobyabwenge bashobora kuticwa nyuma yo koroshya itegeko.