Daily Archives: May 4, 2018

Ifi z’ikiyaga Victoria ziri ku mushiro

Ikiyaga Victoria kiri mu bihugu bitatu Kenya, Tanzania na Uganda

Ifi zikunze kuboneka mu kiyaga Victoria gusa (ibice 75%) cyo muri Afrika yo mu buseruko ziri ku mushiro, nkuko bivugwa mu cyegeranyo cy’ikigo gikingira ibidukikije “International Union for Conservation of Nature” (IUCN).

Ukubita imbwa,aba ashaka shebuja(niba Umwakagara byaramunaniye,Nkurunziza niwe uzabishobora?)

Ijwi rya Amerika rimenyesha ko ryiyamirije ingingo yo guhagarika ibikorwa byayo byo gutangaza amakuru mu kiringo cyamezi atandatu, yafashwe na leta y’Uburundi; ingingo izatangira gushyirwa mu ngiro kuva kw’italiki ya ’7  y’uku kwezi kwa gatanu.

Inyeshyamba mur’Africa,zikomeje kubangamira demokarasi

 

      VOA-Burundi-2018_new_1

Umuhutu warenzwe,arenza akaguru nyina

Ahakorera Ijwi ry’Amerika i Washingotn, DC
 Urwego rujejwe gucungera ingene ibinyamakuru bikora mu Burundi, CNC, rwafashe ingingo yo guhagarika imiringo ya FM amaradiyo mpuzamakungu abiri, VOA na BBC, asamiranira ku butaka bw’igihugu c’Uburundi mu kiringo c’amezi atandatu.

 

Abakuru bingabo za RDF,bamanuwe mu butayu bugufiya

Abakuru bingabo za RDF,bamanuwe mu butayu bugufiya

Translate »
Skip to toolbar