Daily Archives: May 5, 2018

RSF Iranegura Ingingo y’Uburundi ku Binyamakuru

Ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru batagira imbibe, “Reporters Sans Frontieres” ryiyamirije ingingo y’urwego rw’igihugu rujejwe kugenzura umwuga w’ugutangaza amakuru mu Burundi, CNC, y’uguhagarika ibiganiro vy’amaradiyo BBC n’Ijwi rya Amerika mu Burundi mu kiringo c’amezi atandatu yafashwe na Reta y’Uburundi uno musi ku wa gatanu.

USA: Ingingo y’Uburundi ku Binyamakuru Irababaje

State Department

Reta zunze ubumwe z’Amerika zimenyesha ko zibabajwe n’ingingo zifatirwa mu Burundi kandi ko ayo makenga yamaze gushikirizwa reta y’Uburundi.

 

Translate »
Skip to toolbar