Daily Archives: June 12, 2018
Bemba agizwe umwere ngo ajye guhangana na Kabila,byose birashoboka igihe ugihumeka!!!
Abacamanza burukiko mpuzamakungu mpanabyaha, CPI, mu mwiherero, ba wejo bazafata ku musi wa gatatu ingingo yabo kw’irekurwa rishobora kuba irya Jean-Pierre Bemba, yahoze ari icyegera cya perezida muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo. Bemba, yagizwe umwere mu byatangaje abantu batari bake ku byaha byo mu ndwano n’ibyaha bityoza agateka ka muntu.
Donald Trump na Kim Jong-un babonanye amaso mu yandi muri Singapour
Umubonano w’akataraboneka hagati ya Prezida wa Amerika n’uwa Korea ya ruguru watanguye mu gihugu cya Singapour.