Daily Archives: June 21, 2018
Yewe ruri hose!!!
Hari umugabo w’umunyamerika agiye gufungwa inyuma yaho yigize umusirikare w’ipete rya Jenerali, akagendera mu ndege ya kajugujugu yururukirije mu rugo rw’umuntu agiye kuraba umukobwa akurikira.
Abakozi b’umuryango w’abaganga batagira imipaka “bakoresheje indaya” muri Afurika
Abamena amabanga babwiye ikiganiro cya BBC cya Victoria Derbyshire ko abakozi b’umuryango ufasha w’abaganga batagira imipaka, Médecins Sans Frontières, “bakoresheje indaya” mu gihe bakoreraga muri Afurika.
USA: Cardinal Theodore McCarrick Yafatiwe Ibihano na Papa
Ubutegetsi bw’i Vatikano bwakuye mu mabanga Cardinal Theodore McCarrick, yahoze ari umwepiskopi mukuru i Washington DC, nyuma yo kwagirizwa ibyaha bishingiye ku gitsina yakoreye mu ibanga harahaze imyaka ishika 50 igihe yari umupaditi i New York.