Daily Archives: June 25, 2018

Imyiteguro y’intambara ya RNC,mukarere ka KIVU yamajyepfo irarimbanije

 

      DRC (1)

Ukuri kubivugwa kuri kiliziya Catolika bijyanye numubare 666

Ukuri kubivugwa kuri kiliziya Catolika bijyanye numubare 666

Batinyeko urubyiruko rwazamukurikira?

Umupadiri umwe wo muri katolika mu gihugu cya Kenya yabaye rurangiranwa kubera uburyo akoresha umuziki mu gukosora abantu yahagaritswe mu mabanga yiwe.

Saudia Arabia,nyuma yo kwemerera abagore kwicarana na bagabo kureba umupira muri stade,ubu bemerewe no gutwara imodoka!

Umugore w’i Bahraini, Eman Mohammed yifata ifoto na telefone yiwe mu gihe yariko anezeranwa n’abandi bagore inyuma ko gukuraho itegeko ryababuza gutwara imodokari, Arabiya Sawudite, itariki 24/06/2018.
Arabiya Sawudite kuri uyu musi w’Imana niho cakuyeho icese itegeko ryahora ribuza abagore bo mur’ico gihugu gutwara imodokari.Iyo ngingo yarashimishije abakenyezi bahora bikora ku bashoferi, abahungu bo mu miryango, amatagisi hamwe n’abandi kugira biyunguruze n’imodokari.

Translate »
Skip to toolbar