Daily Archives: August 8, 2018
Umukuru w’igihugu cya Republika iharanira Demokrasi ya Kongo, Joseph Kabila, ntazitoza mu matora yo mu kwa 12
Prezida Joseph Kabila wa Republika ya Demokrasi ya Kongo yagenye uwuzoserukira urunani rw’imigambwe ishigikiye ubutegetsi mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu kwa cumi na kabiri.