Daily Archives: May 24, 2019

Hubert Vedrine ariyama abagiriza Francois Mitterrand uruhara muri jenoside yo mu Rwanda mu 1994

Hubert Vedrine, yahoze ari umushikiranganji w’imigenderanire w’Ubufaransa, ariyama abagiriza uruhare muri jenoside yo mu Rwanda mu 1994, uwahoze ari umukuru w’igihugu cy’Ubufaransa, umuhisi Francois Mitterrand.

      France

Urukiko rwa Uganda rwabujije Leta guhagarika abanyamakuru kubera Bobi Wine

Bobi Wine uharanirra impinduka muri Uganda yafunzwe kenshi mu buryo avuga ko bunyuranyije n’amategeko

Urukiko muri Uganda rwabujije leta guhagarika abanyamakuru 39 baregwa ko gutara no gutangaza inkuru zabo ku ifungwa riheurka rya Bobi Wine byashyize mu kaga umutekano w’igihugu.

Translate »
Skip to toolbar