Abatavuga rumwe na Leta bamerewe kureba imibare ijyanye na matora muri SERVER ya IEBC muri Kenya

Urukiko rukuru muri Kenya rwemereye ihuriro rya politike NASA,ritavuga rumwe na Leta ya Jubilee iyobowe na Uhuru Kenyatta. NASA yahawe ubwo uburenganzira bwo kugenzura ibyo byuma byakoreshejwe n’akanama gashinzwe gutegura amatora muri icyo gihugu, mu matora yo ku wa 8 kanama,2017
Iyo sentare ivuga ko urwo runani rufise uburenganzira bwo kwihweza ibiharuro bibitswe mu vyuma vy’ako kanama IEBC.
Uwaserukiye urunani NASA, Raila Odinga, yitwaye murukiko yiyamiriza intsinzi ya Uhuru Kenyatta w’umugambwe wa Jubilee abereye umuyobozi.
Ababuranira Odinga bahawe uruhushya n’urukiko rwo kureba imibare yibiri muri ibyo byuma kugira batohoze neza ibyavuye muri ayo matora.