Houston : ‘Nta buryo na bumwe bwo kwirinda ko uruganda rw’ubumara rwaturika(Ubuhanuzi)

Byitezwe ko uruganda rw’ubumara rwegereye igisagara cya Houston muri Amerika rushobora guturika kuburyo rwahita  rwaka umuriro mu misi iri imbere.

Mu gihe hariho haragwa imvura nyinshi ivanze na Serwakira(umuyaga ukomeye) bise Harvey, uruganda rwa Arkema ruri i Crosby rwatakaje ubushobozi bwo gutuma inyubakwa yarwo iguma imeze neza.

Nta buryo na bumwe buhari bwo kwirinda ko riturika, nk’uko bivugwa n’iryo shirahamwe.Abantu bashyika 33 barapfuye bazize icyo gihuhusi ubu ikigo kijejwe ihindagurika ry’ibihe muri Amerika kivuga ko cyagabanutse.

Abanyagihugu ba Texas na Louisiana bugarijwe n’igihuhusi

Imfashanyo ku basinzikajwe n’umwuzure i Texas

Ariko icyo kigo cyiteze iyindi mvura nyinshi mu buseruko bwa Texas no mu burengero bwa Louisiana.Ibigo bitanga amashanyarazi byarononekaye kubera amashirahamwe acukura peteroli yugaye mu karere ka Houston.

 
Port Arthur ni kamwe mu turere twasinzikaye

Abajejwe kugwanya ibikorwa vyo kugwanya imiriro y’ivyaduka bariko baraca ku muhana ku wundi mu turere twasinzikajwe n’umwuzure i Houston ku musi wa kane, barondera abarokotse hamwe n’ibiziga vy’abitavye Imana.

“Tuzoca muri karitsiye ku yindi, umuhana ku wundi, dushakisha no mu mabarabara… kugira ntihagire umuntu n’umwe dusiga inyuma,” ni ko Richard Mann, icyegera w’umukuru ajejwe kurwanya umuriro yavuze mu kinyamakuru cya Chronicle.

“Iki n’igikorwa kigihe kumara hagati y’indwi na zibiri mu gushika mu turere twose twasinzikaye. Hakoreshejwe kajugujugu mu gutabara abantu b’i Beaumont

Translate »
Skip to toolbar