Umwana w’UMUSITA,ahanganye n’Umwakagara hakoreshejwe ikoranabuhanga!!!

Umukuru w’igihugu cya Uganda, Yoweri Museveni, yategetse ko abashingamateka bose bahabwa imiduga itamenwa kubera umutekano(bullets proof)

Umukuru w’igihugu cya Uganda Yoweri Museveni yabwiye leta kuronsa abashingamateka imiduga itamenwa n’urusasu hamwe n’abasirikare ba mudahusha mu kurasa nyuma y’iyicwa ry’abategetsi bakuru.

Mu ibaruwa yandikiye umushikiranganji ajejwe ubutunzi, Bwana Museveni yavuze ko ubwo buryo bushasha bwo kurinda umutekano buzokwiyongera ku buhasanzwe.

Abashingamateka ba Uganda bose uko ari amajana ane, bazoronswa ubwo buryo buzakwiyongera ku guherekezwa n’abapolsi bafite inkoho nk’uko bisanzwe.

Mu kwezi guheze umushingamateka yarasiwe i Kampala nyuma y’ubundi bwicanyi, bitamenyekanye ababukoze, bw’umushinjacyaha wa leta hamwe n’umukuru w’igipolisi.

Iki cyemezo kije nyuma yuko hagaragaye imfu zabategetsi bakuru harimo Adrew KAWESI wari yungurije IGP Kale KAYIHURA,bivugwa ko yaba ari we wamuhitanye afatanije na leta ya Kigali,murwego rwo kwangisha Museveni mu bagande.

Hanyuma hakurikiyeho urupfu rw’umushingamateka wo mu ishyaka rya NRM,Col.Abiriga,warukunzwe cyane mu ishyaka rya NRM,akaba yari inshuti ya hafi cyane na Museveni.Amakuru avuga ko Umwakagara ashaka kugenda yica abayobozi bakuru b’igihugu nkuko ikinyamakuru “SOFTPOWER” cyabitangaje mbere yifungwa rya IGP.KALE KAYIHURA.

Translate »
Skip to toolbar