Umukuru ayoboye ikigo cy’iperereza mu gihugu, Dan Coats yashikirije ko Uburusiya buriho bugerageza uburyo bwo kugabanya inguvu za Leta zunze ubumwe z’Amerika no gucanishamo ibihugu.
Dan Coats avuga kandi ko Uburusiya ataricyo gihugu cyonyene kiriho kiragerageza kugira icyo cyahindura muri poritike y’Amerika.
Coats yavuze ko Perezida Donald Trump yabategetse gufata mu minwe ico kibazo c’abivanga mu matora.














