Ubuhanuzi muri Kenya burimo kurikoroza!!!

Dec 19,2018 once again our Lord God the armies of heaven repeat it again for what he has been said, Jeremiah 8:3 And the people of evil nation who survive who live in the places where I’ve scattered them will prefer to die rather than to go on living .I the Lord spoken. It will be a great famine in five yrs. (5) even in the world wide, the tribalism will go up, and they will take advantage to destroy the churches of Kenya. It will be different disasters in some places, a lot of accident, and death will come surprised. I the Lord spoken.

Ishyirahamwe ritabara indembe Croix Rouge rivuga ko abantu 50 babuze nyuma y’igitero muri Kenya.

Croix Rouge ivuga ko abantu 50 gushika ubu atawuramenya irengero ryabo nyuma y’igitero kw’ihoteli i Nairobi

Ishirahamwe ritabara indembe Croix Rouge rivuga ko abantu 50 atawuramenya iyo bari nyuma y’igitero c’abiyahuzi kw’ihoteli Ducit mu muji wa Nairobi muri Kenya.

Hari ubwoba bw’uko igitigi cemejwe c’abantu 14 baguye muri ico gitero gishobora kwiyongera.

Abajejwe intwaro muri Kenya bakeje abajejwe umutekano ku kuntu bitwaye muri icyo gitero, banakiza abanyagihugu amajana indwi bari mw’iyo hoteli n’ayandi mazu y’urudandazwa ahari.

Bivugwa ko umusirikare kabuhariwe w’Umwongereza nawe yafashije mu gutabara abanyagihugu bari bagoswe – ngo yari yitwaje ikirwanisho kandi nk’uko bivugwa n’ababibonye, yaragikoresheje.

Uwo musirikare yari asanzwe ari muri Kenya mu gikorwa cyo kwigisha abasirikare baho.

Umukuru w’igihugu cya Kenya yashimangiye yuko igihugu cya Kenya gifite umutekano ukwiye ku ngenzi z’abanyamahanga, ngo kandi abagize uruhara mu gutegura iki gitero bazahigwa.

Translate »
Skip to toolbar