Nyamara aho bucyera cya gishushanyo cya Satani kiraza kujya ahabona!!!
Umukinyi wa filime asanzwe anatwenza abantu Benjamin Nwachukwu, bazwi kw’izina rya Shuga Shaa, yatumye havugwa vyinshi mu gisagara ca Lagos aho avugiye ko afitaniye ubucuti n’igipupe gikoreshwa mu busambanyi citwa Tonto shaa.
Ico gipupe c’igikobwa gifise imishatsi itari iyaco, inzara ziciye neza kandi cyambara ibintu byiza harimo ibyo cyambara mu ijosi no ku maboko bihenze cyane – ubu na ho gifite n’imodoka.
Shuga Shaa yagaragaye agiye kureba filime mu modoka yiwe ari kumwe n’uwo mukunzi wiwe mushyashya.Bamwe mu bakunzi biwe bababajwe n’ibyo bintu banavuga ko ari ‘umurwayi wo mu mutwe’ kandi ari ‘umusazi’.
Abandi bamushikiye banabifata nk’inkuru itwengeje.Shuga Shaa yanebaguye abatamwumva avuga ko “Tonto Shaa yakozwe n’abantu nka wewe nanje, nta mutima w’ubwenge afite.”
Yabwiye BBC igisata cya Igbo ko azi ibyerekeye urwo rukondo bafitaniye na Tonto Shaa kandi ko aticuza.Yavuze ko afite umugambi wo kwubakana imbere y’amategeko n’icyo gipupe.
Shuga Sha yavuze ati:”Tonto Shaa ni umukobwa kandi akwiye kubahwa.””Aratuma umutima wanjye utekana, ntidushwana kandi ntiyigera ambabariza umutima”.












