Category Archives: Great Lakes
Urukiko rukuru rwa DR Congo rwemeje ibyavuye mu matora biha intsinzi Tshisekedi
Urukiko ijejwe kwubahiriza ibwirizwa shingiro muri Repubulika y’Intwaro rusangi ya Congo (RD Congo) rwemeje intsinzi y’umukandida utavuga rumwe n’ubutegetsi Félix Tshisekedi.
Ubuhanuzi bwa Perezida Joseph Kabila bwo kuva kubutegetsi burasohoye!!!

Felix Tshisekedi ari mu nama y’umugambwe wiwe mu kwezi kwa kane mu 2018 mu gisagara cya Kinshasa
Utavuga rumwe na reta muri RD Congo yatsinze amatora ya perezida
Ambasade Isaba Abanyamerika Kuva muri Congo

Ibinyamakuru bitangaza amakuru y’amatora, Kinshasa, RDC, italiki 09/01/2019.
Ambasade ya Leta zunze ubumwe za Amerika muri Republika iharanira Demokarasi ya Congo ihanura Abanyamerika kuva muri icyo gihugu, mu gihe abategetsi ba Congo bari mu myiteguro yo gutangaza ivyavuye mu matora.
Abasirikare b’Abarundi Bagera ku 1000 Bagira Bavanwe muri Somaliya

Bamwe mu Basirikare b’Abarundi bari kugarukana amahoro muri Somaliya
Abasilikali igihumbi bo mu ngabo z’Uburundi ziri mu butumwa bw’amahoro muri Somalia bagomba kuba batahutse bitarenze italiki ya 28 y’ukwezi kwa kabili gutaha.