Category Archives: Great Lakes

Abasirikare b’Abarundi Bagera ku 1000 Bagira Bavanwe muri Somaliya


Bamwe mu Basirikare b’Abarundi bari kugarukana amahoro muri Somaliya

Abasilikali igihumbi bo mu ngabo z’Uburundi ziri mu butumwa bw’amahoro muri Somalia bagomba kuba batahutse bitarenze italiki ya 28 y’ukwezi kwa kabili gutaha.

Politike yo mukarere kibiyaga bigari,yaba igezehe?

Politike yo mukarere kibiyaga bigari,yaba igezehe?

Ubwose niba ONU itanze uburenganzira bwo kwica INYENZI kubera gukora umugati,hari umututsi uzasigara!!?

Onu isaba ibihugu gufungura inyenzi mu minsi yimirije na burya zigwiriyemwo “protéine”

Umukuru w’igihugu cya Republika iharanira Demokrasi ya Kongo, Joseph Kabila, ntazitoza mu matora yo mu kwa 12

Emmanuel Ramazani Shadari, umukandida wa PPRD

Prezida Joseph Kabila wa Republika ya Demokrasi ya Kongo yagenye uwuzoserukira urunani rw’imigambwe ishigikiye ubutegetsi mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu kwa cumi na kabiri.

Jean Pierre Bemba yasubiye mu gihugu cyiwe cya RD Congo inyuma y’imyaka cumi afunzwe

Umukuru w’abatavuga rumwe na Leta Jean Pierre Bemba yakiriwe n’abayoboke biwe muri Congo

Umukuru w’abatavuga rumwe na reta muri Congo, Jean Pierre Bemba yakiriwe muri icyo gihugu inyuma yo kumara imyaka cumi ari mw’ibohero hanze y’igihugu.

Translate »
Skip to toolbar