Daily Archives: January 14, 2018

Australia gishaka kuba igihugu kidandaza urumogi rwinshi kw’isi

Leta ya Australia yamenyesheje ko ishaka kuba igihugu ca mbere kigurisha urumogi rukoreshwa mu buvuzi kw’isi yose.

Ubwoba bw’abega butumye Îbingira ahabwa general yuzuye!?????????????????

Ubwoba bw’abega butumye Îbingira ahabwa general yuzuye!?????????????????

RDC: Abepiskopi Katolika Ntibarota Kabila Aguma ku Butegetsi

Abepiskopi Katolika muri RDC mu gisabisho gitanguza ibiganiro vy’amahoro hagati y’abanyepolitike, kw’italiki 8 ukwezi 12, 2016.
 Abepiskopi ba Ekleziya Katolika muri Republika iharanira demokarasi ya Kongo basabye kur’uyu wa kane Abanyekongo kuzibira inzira zose z’abipfuza kwigumiza ku butegetsi.

Imbuzi y’igitero yateje ubwoba abanya Hawaii

Imbuzi y’igitero cya “missile” itarikwiye yatumye abanyagihugu bo muri leta ya Hawaii baterwa ubwoba ku munsi wa gatandatu imbere yuko bimenyeshwa ko uwatanze iyo mbuzi yibeshye.

Aba-Ofisiye 1015 ba Polisi bazamuwe mu ntera, abandi 111 bashyirwa mu kiruhuko cy’izabukuru

Perezida wa Repubulika y’u Rwanda yazamuye mu ntera Aba-Ofisiye ba Polisi 1015 anashyira mu kiruhuko cy’izabukuru abandi 111.

Translate »
Skip to toolbar